Luka 11:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Nimba mwebwe mushobora guha ingabire nziza abana banyu kandi muri babi mu mitima, mbega So wo mw’ijuru ntazorushiriza guha Mpwemu Yera abamumusavye?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 None mwebge, ko muzi guha abana banyu ingabire nziza muri babi, mbega So wo mw ijuru ntazorushiriza rwose guha Mpwemu Yera abamumusavye? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |