Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 10:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ntihagire amahera, isakoshi canke ibirato vyo gukuranya mwitwaza; kandi ntimuramutse abantu mu nzira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ntimujane umupfuko w’amahera, cank’ isaho, cank’ inkweto: kandi ntihagire n’uwo muramukanya mu nzira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 10:4
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Akoranya abigishwa biwe cumi na babiri, abarungika ari babiri babiri, abaha ububasha bwo kwirukana impwemu zihumanye.


Yesu aca arababaza ati: “Igihe nabarungika ata saho, ata mufuko canke ibirato, hari ico mwakenye?” Baramwishura bati: “Nta na kimwe.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ