Luka 10:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Nuko Yesu n’abigishwa biwe babandanije urugendo, bashika mu mihana, ahaba umugore yitwa Marita, na we abaha ikaze iwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Maze bariko baragenda bashika mu mihana: umugore yitwa Marita aramwākīra amushikiza mu nzu yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |