Luka 10:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Wa mwigisha w’ivyagezwe aramwishura ati: “Ni uwo yamugiriye impuhwe.” Yesu aca aramubwira ati: “Genda nawe ukore uko.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Aramwishura, ati N’uwamugiriye imbabazi. Yesu aramubarira, ati Nawe genda ugire urtyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo, kuko muri indyarya! Mutanga ikigiracumi kuri vyose gushika no ku mboga zo mu matongo yanyu, ariko mukirengagiza ibikomeye vyo mu vyagezwe ari vyo ukugororoka, imbabazi, n’ukwizera. Ivyo ni vyiza, ariko mwari mukwiye gutanga ico kigiracumi, n’ivyo bindi mutavyirengagije.