Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 10:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 None muri abo bose, ni nde yabonetse nk’umugenzi w’uwo muntu yaguye mu bambuzi?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Mur’ abo batatu ugira ngo ni nde yabonetse kw ari mugenzi w’uwaguye mu bambuzi?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 10:36
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Petero arabishura ati: “Egome araritanga.” Petero yinjiye mu nzu, Yesu aramwitanga, amubaza ati: “Wiyumvira iki ga Simoni? Ni ba nde baha abami bo muri iyi isi amakori n’amatagisi? Ni abana babo canke ni abandi bantu?”


“Mbega mwibaza iki ku vyerekeye Kristo? Ni umwana wa nde?” Baramwishura bati: “Ni umwana wa Dawidi.”


Bukeye asokorora idenariyo zibiri azisigarana uwujejwe iyo nzu, amubwira ati: ‘Uwu muntu mumwiteho cane. Ninagaruka nzoriha ayo muzoba mwakoresheje arenga kuri aya.’


Wa mwigisha w’ivyagezwe aramwishura ati: “Ni uwo yamugiriye impuhwe.” Yesu aca aramubwira ati: “Genda nawe ukore uko.”


Abonye ata n’umwe muri abo ashoboye kumwishura, aca ayabahebera bompi. None ni nde muri abo babiri azomukunda cane?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ