Luka 10:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Umusi umwe, umwigisha w’ivyagezwe yavuye hasi kugira ngo atege Yesu umutego, aramubaza ati: “Mwigisha, nokora iki kugira ngo ndagwe ubugingo budashira?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Maz’ umwe mu bigisha ivyagezwe ava hasi, aramugeza, ati Mwigisha, nkore iki, ngo nze ndagwe ubugingo budashira? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |