Luka 10:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Kuko ndababwira ko abavugishwa n’Imana n’abami benshi bipfuje kubona ivyo muriko murabona ntibabibona, bipfuza no kwumva ivyo muriko murumva, ntibavyumva.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ndababgira yukw abāvugishwa n’Imana benshi n’abami benshi bāgomvye kubona ivyo mubona ntibābibona, no kwumva ivyo mwumva, ntibāvyumva. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |