Luka 10:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Uwubumvira ni jewe aba yumviye, kandi uwubanka ni jewe aba yanse. Uwunyanse na we aba yanse uwantumye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ūbumviye ni jewe aba yumviye; ūbanse, ni jewe aba yanse; ūnyanse, aba yanse uwantumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |