Luka 10:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Nawe Kaperinawumu, mbega wibaza ko uzoduzwa gushika mw’ijuru? Haba na mba! Ahubwo uzokororerwa i Kuzimu mu kibanza c’abapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Nawe, Kaperinawumu, mbeg’ uzoshirwa hejuru, ushike kw ijuru? Oya, uzocokezwa i kuzimu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |