Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 10:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Ivyo biheze, Umwami Yesu aca arungika abandi mirongo irindwi na babiri, abarungika ari babiri babiri, ngo babe baramwitangira imbere mu bisagara n’ahandi hantu hose yari yimirije kuja.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Mu nyuma y’ivyo, Umwami Yesu atoranya abandi mirongwirindwi, atuma babiri‐babiri, ngo bagende imbere yiwe mu bisagara vyose n’ahantu hose ah’ agira ace.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 10:1
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Azogendera imbere y’Umwami Imana afise impwemu n’ububasha nk’ivya Eliya, kugira ngo agarukane imitima y’abavyeyi ku bana babo, abatumvira Imana na bo abagarukane ku bwenge bw’abagororotsi; uko ni ko azotegurira abantu kwakira Umwami Imana.”


Kandi nawe, mwana wanje, uzokwitwa uwuvugishwa n’Iyisumbavyose, kuko uzokwitangira imbere Umwami Imana, ukamutegurira inzira.


Umwami Yesu abonye uwo muvyeyi, amugirira impuhwe, aca amubwira ati: “Reka kurira!”


abatuma kubaza Umwami Yesu bati: “Ni wewe twari twiteze ko uzoza canke twitege uwundi?”


Aca arungika abamwitangira imbere, baja mu mihana y’i Samariya kugira ngo bamutegurire aho azoshikira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ