Luka 1:80 - Bibiliya mu Kirundi coroshe80 Uwo mwana arakura, arakomera mu mpwemu, aba mu bugaragwa gushika igihe yiyerekeye Abisirayeli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)80 Nya mwana arakura, agwiza inkomezi z’umutima, aba mu bugaragwa kugeza umusi yerekewekw Abisirayeli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |