69 Iduhagurukirije Umukiza ahambaye mu nzu ya Dawidi, umusavyi wayo
69 Kand’ iduhagurukirije ihembe ry’agakiza Mu nzu ya Dawidi umusavyi wayo,
Uru ni urukurikirane rwa ba sekuruza ba Yesu ari we Kristo, yakomotse kuri Dawidi wo mu ruvyaro rwa Aburahamu:
“Hahezagirwe ubwami bwa sogokuruza Dawidi buje!” “Hozana hejuru mw’ijuru!”
Ni jewe Yesu, narungitse umumarayika wanje ngo aguhe ubu butumwa ubushire amashengero. Nkomoka mu muryango wa Dawidi na samuragwa w’ingoma yiwe, nkaba n’Inyenyeri yakaka yo mu mutwenzi.”