Luka 1:66 - Bibiliya mu Kirundi coroshe66 Abavyumva bose vyabatera kwibaza mu mitima bati: “None uwo mwana azoba umuntu ki?” Kuko ubushobozi bw’Umwami Imana bwari kuri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)66 Abavyumvise bose babishira mu mitima yabo, bati Mbe non’ uyo mwana azoba umuntu ki? Kuk’ ukuboko kw’Umwami Imana kwari kumwe na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |