Luka 1:48 - Bibiliya mu Kirundi coroshe48 kuko yibutse umusavyikazi wayo muto. Uhereye ubu abantu bose bazonyita umuhirwe, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)48 Kuko yabonye ubufafara bg’umugurano wayo, Kand’ uhereye none, ab’ ibihe vyose bazonyita umuhirwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |