40 Ashitse kwa Zakariya, aramutsa umugore wiwe Elizabeti.
40 yinjira mu nzu kwa Zakariya, aramukanya na Elisabeti.
Muri iyo misi, Mariya aritegura, aduga yihuta mu misozi, aja mu gisagara ca Yuda.
Na we yumvise indamukanyo ya Mariya, umwana yari mu nda yiwe ariginagura. Elizabeti aca yuzuzwa Mpwemu Yera,
Igihe Herode yari umwami w’i Yudaya, hari umuherezi yitwa Zakariya wo mu mugwi w’abaherezi bitirirwa Abiya. Umugore wiwe yitwa Elizabeti, na we akaba yakomoka mu muryango wa Aroni.