Luka 1:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Mariya aramwishura ati: “Jewe ndi umusavyikazi w’Umwami Imana, nibimbere nk’uko ubivuze.” Wa mumarayika aca amusiga aho arigira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Mariya aramubgira, at’ Ehe nd’ umugurano w’Umwami Imana, bimbere ukw ijambo ryawe rivuzwe. Maz’ umumarayika ava ah’ ari, aragenda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |