Luka 1:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Mbere na Elizabeti incuti yawe agiye kuvyara umwana mu myaka yiwe y’ubusaza. Uwahora yitwa ingumba, uku ni ukwezi kugira gatandatu yibungenze, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Kand’ umve, Elisabeti mwene wanyu na we atwaye inda y’umuhungu mu butāmakazi bgiwe, uwitwa ingumba uku n’ukwezi kwiwe kwa gatandatu: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |