23 Ikiringo c’ibikorwa vyiwe vy’ubuherezi kirangiye, asubira i muhira.
23 Maz’ imisi yo gusasa kwiwe ishize, asubira i we.
Ariko asohotse, ntiyashobora kuvugana na bo. Abantu baca batahura ko hari ivyo yerekewe mu rusengero, kuko yabavugisha akoresheje ibimenyetso vy’amaboko, ntavuge.
Haheze imisi, umugore wiwe Elizabeti asama inda, aca amara amezi atanu ataja ahabona. Aravuga ati: