Luka 1:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Wa mumarayika aramwishura ati: “Ndi Gaburiyeli, kandi nama mpagaze imbere y’Imana. Ni yo yandungitse kukubwira iyi nkuru nziza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Umumarayika aramwishura, ati Ndi Gaburiyeli, nama mpagaze mu nyonga z’Imana, kandi natumwe kubonana nawe no kukubgira ubgo butumwa bgiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |