Luka 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Zakariya abaza uwo mumarayika ati: “Ivyo novyemezwa n’iki, ko nshaje kandi umugore wanje akaba ageze mu zabukuru?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Zakariya abaza umumarayika, at’ Ivyo nzovyerekwa n’iki, ko nd’umutāma, n’umugore wanje akaba ageze mu zabukuru? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |