9 ahamara imisi itatu atabona, ata co arya kandi ata co anywa.
9 Amarayo gatatu, atabona, ata co arya, ata co anywa.
I Damasiko hari umwigishwa wa Yesu yitwa Ananiya. Maze Umwami Yesu amwiyereka mu nzozi, aramuhamagara ati: “Ananiya!” Na we arishura ati: “Sabwe Mwami!”
Sawuli ava hasi, ariko yugurura amaso, ntiyashobora kubona. Baca bamufata ukuboko bamutwara i Damasiko,