Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 9:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Sawuli ava hasi, ariko yugurura amaso, ntiyashobora kubona. Baca bamufata ukuboko bamutwara i Damasiko,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Sauli aravyuka, ava hasi, maz’ akanuye amaso ntiyagira ic’ abona: bamufata ukuboko, bamushikana i Damasiko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 9:8
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Noneho rero Imana ibanguye ukuboko ngo iguhane. Ugiye guhuma, kandi kuva ubu ntuzosubira kubona umuco w’izuba.” Ubwo nyene amaso yiwe yuzura umwijima, buramwirira, atangura kujuragirika mu mpande zose arondera uwomufata ukuboko.


Abo twagendanye baca bamfata ukuboko bantwara i Damasiko, kuko wa muco mwinshi wari watumye mpuma amaso.


Ubwo nyene, ibintu bimeze nk’ibikaragashi biva ku maso ya Sawuli, arahumuka. Aca ava hasi arabatizwa.


ahamara imisi itatu atabona, ata co arya kandi ata co anywa.


Igihe nari i Damasiko, uwatwarira umwami Areta yashize abarinzi kw’irembo ry’igisagara ca Damaseni kugira ngo bamfate.


kandi sinabanje kuduga i Yerusalemu kubaza ababanje kuba intumwa imbere yanje, ahubwo naciye nja muri Arabiya, mu nyuma ngaruka i Damasiko.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ