Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 9:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

43 Petero aca amara imisi myinshi i Yopa kwa Simoni, yakora ivyo gutunganya insato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Maz’ amara imisi myinshi i Yopa, kwa Simoni umuhazi w’insāto.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 9:43
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Tumako Simoni bita Petero, ari i Yopa. Asembereye mu nzu kwa Simoni akora ibijanye no gutunganya insato, aba ku nkengera y’ikiyaga.’


Nuko rero rungika abantu i Yopa, bazane umugabo yitwa Simoni ari we Petero.


Ari kumwe na Simoni, akora ivyo gutunganya insato, inzu yiwe iri ku nkengera y’ikiyaga.”


Nuko ababwira ivyabaye vyose aca abatuma i Yopa.


na we aca atubwira ko yabonye umumarayika ahagaze mu nzu iwe amubwira ati: ‘Rungika abantu i Yopa bazane umuntu yitwa Simoni ari we Petero.


Ntanguye kuvuga, Mpwemu Yera abazako nk’uko yatujeko mu ntango.


Kubera i Luda n’i Yopa hari hegeranye, abigishwa b’i Yopa bumvise ko Petero ari i Luda, bamutumako abagabo babiri bati: “Turakwinginze ushike iwacu udatevye.”


Maze iyo nkuru ica yamamara i Yopa hose, kandi abantu benshi bizera Umwami Yesu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ