Ivyakozwe 9:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Petero aca amufata ukuboko aramuhagurutsa. Hanyuma ahamagara abizera, na canecane abapfakazi, amubashikiriza ari muzima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Amufata ukuboko, aramuhagarika. Maz’ ahamagara abera n’abapfakazi, amubaha ari muzima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |