Ivyakozwe 9:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Nuko Petero arahaguruka asubirana unyuma na bo. Bashitse baca bamutwara muri cuba co hejuru. Abapfakazi bose baraza bakikuza Petero bararira, bamwereka amakanzu n’izindi mpuzu Dorukasi yari yarabakoreye akiri kumwe na bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Petero arikora, ajana na bo: ashitseyo bamujana muri ya nzu yo hejuru, abapfakazi bose bahagarara i ruhande yiwe barira, berekana amapfundo n’imitamana Doruka yapfunditse akiri muri bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |