Ivyakozwe 9:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Petero aramubwira ati: “Ayineya, Yesu Kristo aragukijije. Haguruka wizingire ikirago cawe.” Ubwo nyene Ayineya aca arahaguruka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Petero aramubgira, ati Ayineya, Yesu Kristo aragukijije: vyuka, wizingire ikirago. Aca avyuka ako kanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |