Ivyakozwe 9:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Maze ahasanga umugabo yitwa Ayineya, yari amaze imyaka umunani avundiye ku kirago kuko yari yarakongataye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 asangay’ umuntu yitwa Ayineya, yar’ amaze imyaka munani avunda mu buriri, kuko yari yaramugaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |