Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 9:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ariko abigishwa biwe bahengera ari mw’ijoro, bamushira mu giseke, bamucisha mw’idirisha ry’uruzitiro, baramwururutsa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Maz’ abigishwa biwe bamujana mw ijoro, bamucisha mu ruzitiro rw’amabuye, bamwururukirije mu gisangaza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 9:25
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bose bararya barahaga, hanyuma abigishwa begeranya ibiseke indwi vyuzuye utumanyu twasigaye.


Nuko abigishwa bo muri Antiyokiya, bivanye n’ico umwe umwe wese ashoboye, bafata ingingo yo kurungikira imfashanyo abizera b’i Yudaya.


ariko Sawuli amenya imigambi yabo mibi. Ijoro n’umurango bama bamutegereye ku marembo y’igisagara kugira ngo bamwice.


Ashitse i Yerusalemu, agomba kwifatanya n’abandi bigishwa, ariko bose baramutinya, kuko batizera ko yahindutse umwigishwa vy’ukuri.


Ariko bene Data banshira mu giseke banyururutsa bancishije mw’idirisha ry’uruzitiro, ndamukira gutyo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ