Ivyakozwe 9:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ariko Umwami Yesu yishura Ananiya ati: “Genda, kuko uwo Sawuli ari igikoresho natoranije kugira ngo amenyekanishe izina ryanje mu Banyamahanga n’abami babo, ndetse no mu bwoko bwa Isirayeli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Umwami aramwishura, ati Pfa kugenda, kuk’ uwo muntu ar’ ikintu nītoranirije, ngw ajane izina ryanje imbere y’abanyamahanga n’abami n’Abisirayeli: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |