Ivyakozwe 9:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ananiya arishura ati: “Mwami, narumvise benshi bavuga ivy’uwo muntu n’amabi yakoreye abera bawe i Yerusalemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ananiya aramwishura, ati Mwami, uwo mugabo ko numvise benshi bavuga ivyiwe, vy’inabi nyinshi yagirira abera bawe i Yerusalemu: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |