Ivyakozwe 9:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ico gihe Sawuli yari acuzuye inzigo, ahiga kwica abigishwa b’Umwami Yesu. Nuko aja ku muherezi mukuru, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ariko Sauli, akigenda afuhagira, afitiye abigishwa b’Umwami imihigo n’ubgicanyi, aja ku muherezi mukuru, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |