Ivyakozwe 8:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Maze abantu isinzi bumvise amajambo ya Filipo, bakabona n’ibitangaza akora, baca bashira umutima ku nyigisho ziwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Abantu benshi bashira umutima ku vyo Filipo avuga bashize hamwe, bumvise kandi babonye ibimenyetso akora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |