Ivyakozwe 8:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Bavuye mu mazi, Mpwemu w’Imana aca ajana Filipo, ya nkone ntiyasubira kumubona, ariko ibandanya urugendo inezerewe cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Bavuye mu mazi, Mpwemu w’Umwami Imana ajana Filipo, inkone ntiyasubira kumubona, kuko yashishikaye kugenda inezerewe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |