Ivyakozwe 8:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Filipo aramwishura ati: “Niwaba wizeye n’umutima wawe wose, urashobora kubatizwa.” Na we arishura ati: “Ndizeye ko Yesu Kristo ari Umwana w’Imana.”] အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Filipo arayishura, ati Namba wizeye mu mutima wawe wose birashoboka. Na yo iti Nizeye Yesu Kristo kw ar’ Umwana w’Imana.] အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |