Ivyakozwe 8:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Bakiri mu nzira bagenda, bashika ahantu hari amazi, ya nkone iravuga iti: “Ko hano hari amazi, ni igiki combuza kubatizwa?” [ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Bakigenda mu nzira, bashika ah’ ar’ amazi, iyo nkone iramubaza, it’ Ehe amazi: ikimbuza kubatizwa n’iki? [ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |