Ivyakozwe 8:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Maze iyo nkone ibaza Filipo iti: “Mbwira: uwu muntu uwavugishwa n’Imana avuga ko ni nde, ni we yivugako canke avuga ku wundi muntu?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Iyo nkone ibaza Filipo, iti Ndakubaza: uwavugishwa n’Imana yavuze ayo majambo kuri nde? Ni we yayīvuzeko, canke yayavuze ku wundi? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |