Ivyakozwe 8:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Iyo nkone yariko isoma Ivyanditswe bivuga ngo: “Yatwawe nk’intama ijanwa kubagwa, atekereza nk’intama imbere y’uwuyimwa ubwoya, ntiyigera akurako umunwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Igihimba co mu vyanditswe yasoma cār’ iki, ngo Yajanywe nk’intama bajana mw ibāgiro, Nk’uk’ umwagazi w’intama utekerereza imbere y’uwukemura Ni kw atākūyek’ umunwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |