Ivyakozwe 8:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Nuko Filipo aranyaruka, agendera i ruhande ya wa mukogote, yumva wa muntu ariko asoma igitabu c’uwavugishwa n’Imana Yesaya. Aramubaza ati: “Mbega ivyo uriko urasoma urabitahura?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Filipo yirukirayo, yumva asoma muri Yesaya yavugishwa n’Imana; aramubaza, at’ Ivyo usoma urabitahuye? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |