Ivyakozwe 8:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ariko Sawuli we agerageza gusambura ishengero; yinjira mu nzu ku yindi agafata abagabo n’abagore bizera, akabata mw’ibohero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ariko Sauli yatikiza ishengero; yinjira mu mazu yose, agakūramw’ abagabo n’abagore, akabashira mw ibohero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |