Ivyakozwe 8:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Maze umumarayika w’Umwami Imana abarira Filipo ati: “Va hasi ufate inzira ija mu bumanuko, iva i Yerusalemu ija i Gaza, imwe batagicamwo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Maz’ umumarayika w’Umwami Imana abarira Filipo, ati Va hasi uje i bumanuko, ushike ku nzira imanuka iva i Yerusalemu ikaja i Gaza: imwe yo mu bugaragwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |