Ivyakozwe 8:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Bamaze gushinga intahe no kuvuga Ijambo ry’Umwami Imana, Petero na Yohana baca basubira i Yerusalemu, bagenda baravuga Ubutumwa Bwiza mu mihana myinshi y’i Samariya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Na bo bamaze gushinga intahe, no kuvuga ijambo ry’Umwami Yesu, basubira i Yerusalemu, bagenda baravuga ubutumwa bgiza mu mihana myinshi y’Abasamariya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |