Ivyakozwe 8:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Petero aramwishura ati: “Amahera yawe aragapfana na we, kuko wibaza ko woshobora kugura ingabire y’Imana amahera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Petero aramubgira, at’ Ifeza zawe ziragapfana nawe, kuk’ ugira ngw ingabire y’Imana woyironkesha amahera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |