Ivyakozwe 8:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ariko bamaze kwizera Ubutumwa Bwiza babwiwe na Filipo ku vyerekeye Ubwami bw’Imana n’izina rya Yesu Kristo, abagabo n’abagore benshi barabatizwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ariko bizeye ubutumwa bgiza Filipo ababgiye bg’ubgami bg’Imana, n’ubg’ izina rya Yesu Kristo, barabatizwa, abagabo n’abagore. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |