Ivyakozwe 7:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Imana yamubwiye iti: ‘Uruvyaro rwawe ruzoba abanyamahanga mu gihugu kitari icabo, kandi bazogirwa abagurano, bacinyizwe imyaka amajana ane.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kand’ Imana ivuga irtya, it’ Uruvyaro rwawe ruzoba inyambukira mu kindi gihugu, bazobagira abaja, babagirire nabi imyaka amajana ane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |