Ivyakozwe 7:58 - Bibiliya mu Kirundi coroshe58 bamukwegera inyuma y’igisagara, batangura kumutera amabuye. Vya vyabona bikura imitamana yavyo, biyirambika imbere y’ibirenge vy’umusore yitwa Sawuli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)58 bamuhindira inyuma y’igisagara, bamwicisha amabuye; kand’ abāmwagirije bāri bafashije hasi imitamana yabo imbere y’ibirenge vy’umusore yitwa Sauli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |