Ivyakozwe 7:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe45 Bamaze guhabwa iryo hema, ba sogokuruza, barongowe na Yosuwa, baje bazanye iryo sandugu mu gihugu Imana yari ihejeje kwirukanamwo amahanga imbere yabo. Iryo hema ryagumye mu gihugu gushika ku gihe c’umwami Dawidi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)45 Iryo, ba sogokuruza barihawe na ba sekuru babo, barishikana ino, Yosuwa ari kumwe na bo, hamwe bātsinda amahanga, Imana iyirukana imbere ya ba sogokuruza, gushitsa ku gihe ca Dawidi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |