Ivyakozwe 7:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Uwu ni Mose nyene bari baranse igihe bavuga bati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza wacu?’ Imana ubwayo ni yo yamwirungikiye ngo abe umutware n’umucunguzi wabo, biciye ku mumarayika yamwiyeretse ari mu gisaka caka umuriro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Mose uyo, umwe banka, bati Ni nde yakugize umukuru cank’ umucamanza? ni we Imana yatumye kuba umukuru n’umucunguzi, abihawe n’ukuboko kw’umumarayika yamubonekereye muri ca gisaka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |