Ivyakozwe 7:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Bukeye Mose asanga aho Abisirayeli babiri bariko baragwana, agerageza kubumvikanisha, ababwira ati: ‘Mwa bagabo mwe, ko muri abavukanyi, ni iki gituma mugiriranira nabi?’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Bukeye bg’aho, asanga abarwana, ageza kubatātūra, ati Yemwe bagabo, mur’ umuryango umwe, n’iki gitumye mugiriranira nabi? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |