Ivyakozwe 7:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Mose we yibaza ko benewabo baza gutahura ko Imana yariko iramukoresha mu kubakiza. Ariko Abisirayeli bo ntibabitahura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Yibgira yukw ab’i wabo botahura kw Imana ibakirisha ukuboko kwiwe: ariko ntibabimenya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |