Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 7:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Maze asanga Umunyegiputa ariko akubita Umwisirayeli, aca aramutabara, maze amuhora mu kwica uwo Munyegiputa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Abonye umuntu agirirwa nabi, aramutabara, ahōra iyo mpahazwa, yica wa Munyegiputa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 7:24
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mose amaze imyaka mirongo ine, yumva mu mutima yotemberera benewabo b’Abisirayeli.


Mose we yibaza ko benewabo baza gutahura ko Imana yariko iramukoresha mu kubakiza. Ariko Abisirayeli bo ntibabitahura.


Ugomba kunyica nk’uko ejo wishe wa Munyegiputa?’


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ